Bannière
Bienvenu sur le site officiel de Nsengiyumva Minani Félicien Alias Général Femi de J'Aabat
You are here: Accueil Livre d'Or
Voir le livre d'or

Voici les entrées dans notre livre d'or

Chercher parmi les entrées du livre d'or

Ecrire dans le livre d'orEcrire dans le livre d'or

Number of entries in guestbook: 13

Display # 

Femi
2010-08-14

Ni sawa
Bite ga Mwinshikazi ? Nturagabanuka ? Hano ni sawa akazuba ni rya nawe. Urakoze kudukoma ishwaswa, umunsi mwiza.

Cette adresse email est protégée contre les robots des spammeurs, vous devez activer Javascript pour la voir.

Mwinshikazi
2010-07-26

urabesa
amakuru y´imisi! ngira akazuba mwakiteze kuko si ak´igihe cose. Imisi ibaye myinshi numva urukumbuzi ru´ngeze habi. gute ko wapoteye aho ntiwa...... ndaho gusa ivyanje vyanse umuti ariko birabesha ndaziko hariho uwawutoye. komera kw´ibanga. Mbega nta gashasha ko utarambarira neza. Mwene wa uti arabwitakambiye. Imana ibaje imbere muri vyose na hose

Mwinshikazi
2010-02-04

Ku gisusu barahevye
mwiriwe, mbega urume ruri ngaha wohava ukaboneka! murakoze kunterera iciyimviro. Ab´iwacu bagamba iki? Mbega hamwe twatanga amanota ni hehe jewe nagomba nkure ishapo kuko aba ZD ntaco bazi. gire amahoro n´imigisha  

Femi
2010-02-04

Umuravumba
Bite ga ncuti ? Ndabona ko ukeneye Bitumwako, comme umufumya vyanse,urageragenza umuravumba en attendant sinon nukurya ubuswage n'indagara

Mwinshikazi
2010-02-03

None
ndabugize sinigaburira! sinabibagiye niko bimeze noneho ngo "ku muti ntagahengwe" uwo mfise muri iyi misi n´umufumya, gusa niteze ubuntu bw´Uhoraho. Muri make haca uwambaye Mukomere cane kandi muhazagirwe!

Femi
2010-01-02

Vielen Danke !
Urakoze, nkwifurije nawe umwaka mwiza mushasha, uze uwuronkemwo ivyo wifuza vyose.

Mwinshikazi
2009-12-30

cinya akadiho wifurize abakiri bato gushika aho ugeze
guten abend,  umwaka buca dutangura uze ukubere be n´abawe uw´amata n´ubuki, imigisha, ugutera imbere muri vyose, akanyamuneza, amagara meza y´umubiri n´umutima, uronkemwo iv´utanga niyo usigarana, ibisigaye Mpwemu w`Imana aze kube hafi  akubere umuco n´umuhanuzi.  Ubunani bwiza.

Femi
2009-12-22

Guten Tag !
Sawa ncuti numvise, ngo bibwirwa benshi bikumva benevyo. Imana iguhezagire nawe cane n'abawe bose / Femi

Mwinshikazi
2009-12-22

Gleichfalls
ntaco ariko ko umwaka musha utanguye nibazako twoza turasabikanya. Umwami arashitse ku muryango rero mwugururire niwe atanga amahoro yuzuye. Imihezagiro myinshi caaane

Femi
2009-12-22

Vielen Danke !
Hé hééé Mwinshikazi , Urakoze kutwandikira, natwe turakwifuje Noheli nziza n'umwaka mwiza mushasha n'abawe bose. Igisusu naco beneco ntibakirekura sha ubu ni ukuzunza ibindi. Vielen Danke ! / Femi

<< Début < Précédent 1 2 Suivant > Fin >>
Page 1 sur 2

Powered by Jambook written by Olle Johansson from JX Development
Bannière

Visiteurs


Aujourd'hui:7
Hier:14
ce mois:75
Total:7270
Depuis la date:2009-12-01
Bannière